Arusha: Mkapa Yanse ko Abaganira Bahurira Hamwe

Bamwe mu bari baritabiriye ibiganiro vy'Ubuheruka

Ibiganiro bihuza Abarundi I Arusha bigeze ku munsi wavyo ugira gatanu. Vyari bitegekanijwe ko kuri uyu munsi, abanyepolitike b’Abarundi bahurira mu nama ya bose kugira bashikirize ivyegeranyo vy’ivyo bashitseko mu mirwi itandukanye ariko siko vyagenze.

Ibiro vy’umuhuza vyabonye ko hohava haba uguharira n’ukutumvikana bigatuma bamwe biyonjorora.

Inkuru y'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Arusha Pierre Claver Niyonkuru

Your browser doesn’t support HTML5

Ibiganiro Bihuza Abarundi Birabandanya Arusha