Abarundi Bari Arusha Ntibashaka Guhangana Amaso mu Yandi

Bamwe mu Bari Baritabiriye Ibiganiro Biheruka

Abanyepolitike bari I Arusha mu biganiro bihuza Abarundi bananiwe no kwigabura mu mirwi ibiri bokoreramwo nkuko babisabwe n’umuhuza. Bahavuye bashiraho imirwi itanu ifatiye ku vyiyumviro vya politike, abemera ubutegetsi n’abatabwemera.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi r Amerika, Pierre Claver-Niyonkuru niwe ariko akurikirana ivyo biganiro

Your browser doesn’t support HTML5

Umumenyeshamakuru w'Ijwi r Amerika, Pierre Claver yanyarukiye iyi inkuru