Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro Murisanga, turaha akaryo abakunzi b’Ijwi rya Amerika kugira batubwire ukuntu biteguriye gutangura umwaka mushasha. Turabafitiye kandi umutumire mukunda cane azwi mu gucuraranga umuziki, Jean Pierre Nimbona azwi ku gatazirano, Kidumu.