Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Budage, umugabo wo muri Arabiya Sawudite yicishije imodoka abantu batanu, akomeretsa abagera ku 200. Ubufaransa bwipfuza kongera umubano n’ibihugu bifisemwo ibigo vya gisirikare. Mu Burundi abaturage bo muri komine Mishiha mu ntara ya Cankuzo basaba ko amazi y’amashuha ahabwa agaciro.