Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Muri Murisanga y'uno munsi, twatumiye Alfred Aubin Mugenzi batazira Kigingi, aza imbere mu bamenyekanye cane kubera ingabirano yiwe yo gutwenza abantu. Kuri Micros y'Umumumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe, Kigingi arishura ibibazo vy'abatandukanye.