Iwanyu mu ntara

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Rwanda, mu mezi icyenda ashize abantu bagera ku bihumbi 200 barwaye Malaria. Mu Burundi, ibiciro vy'ivya nkenerwa bikomeje kwiyongera. Muri Kongo, Abarundi b’impunzi mu nkambi ya Mulongwe, mu ntara ya Kivu y’Epfo, barenga 90 banduye indwara ya Kolera mu kwezi kumwe gusa.