Iwanyu mu ntara

Your browser doesn’t support HTML5

Visi Perezida w’Amerika, Kamala Harris, yemeye ko yatsinzwe mu matora. Yiteguriye guhererekanya ubutegetsi biciye mu mahoro. Abategetsi ba Afurika barimwo prezida w'Uburundi n'uw'u Rwanda bakeje Donald Trump ku ntsinzi yiwe. Ikiganiro c'uno munsi gishimikira ku matora ya perezida muri Amerika.