Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Muri Murisanga y'uno munsi, tugaruka ku gitabo "Creating a Life from the Ashes" ( Kwiyubaka uhereye ku busa) ca Fidele Sebahizi, Umunyamerika akomoka muri Kongo. Sebahizi muri ico gitabo, agaruka ku buzima bugiye yaciyemwo imbere yo kubaka izina no kwiyubaka nk'umupolisi wa Amerika.