Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Igisata ca ONU citaho amagara y’abantu kw’isi, OMS, gisaba amakungu kureka gukumira u Rwanda kubera ikiza ca Marburg. Muri Kenya, Rigathi Gachagua aheruka gukomborwa mu mabanga ya visi prezida avuga ko umutekano wiwe ubangamiwe. Isirayeri yagavye ibitero ahakorera iperereza rya Hezbollah.