Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, turavuga kw’ishirahamwe "Greening Burundi", rikora ibikorwa vyo guteza imbere no kubungabunga ibidukikije mu Burundi. Rirafasha kandi abanyagihugu guhangana n’ihindagurika ry’ikirere biciye mu nyigisho zitandukanye ritanga.