Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Kw’itariki 13 y’uku kwezi kwa cumi, Uburundi buzokwibuka igandagurwa ry’incungu y’igihugu, umuganwa, Ludoviko Rwagasore. Hazoba haciye imyaka 63 agandaguwe. Mw’iragi yasigiye Abarundi, harimwo gutsimbataza ubumwe gukunda igihugu no guharanira iterambere. Abarundi barashize mu ngiro iryo ragi?