Amnesty International Yagiriza Uburundi Guhonyanga Agateka ka Zina Muntu

Ishirahamwe mpuzamakungu riharanira uburenganzira bwa muntu Amnesty International ryashize ahabona raporo yerekana ko abaharanira agateka ka zina muntu babangamiwe mu Burundi.

Amnesty International ryatanze uturorero ko mu myaka 4 iheze ko abenshi bafungiwe ubusa, abandi baricwa ndetse abandi baraburirwa irengero hamwe n’abahunze igihugu

N’aho biri uko, abakorera mu gihugu bobo bariyamiriza bene ayo maraporo, bakavuga ko abayakora bafise intumbero yo gucafuza Uburundi.

Umviriza ido n’ido muri ino nkuru y’umumenyeshamakuru Pierre Claver Niyonkuru

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Amnesty International Ivuga ko Ibabazwa n’Abaharanira Agateka ka Muntu 'Bafungirwa Ubusa'