Iwanyu mu ntara

Your browser doesn’t support HTML5

Kongo yashinguranye iteka ibisigarira vy'impunzi 200 zazize intambara, inzara n’imyuzure. Nijeriya yagirije abantu 10 ivyaha vyo guhemukira igihugu. Abategetsi batandukanye bo muri Afurika bari mu Bushinwa mu nama yo kuraba ingene imigenderanire y’ico gihugu n’umugabane wa Afurika itezwa imbere.