Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

HCR, AU n'u Rwanda vyongereje ikiringo c’amasezerano yo kuzana muri ico gihugu bamwe mu bimukira b’Abanyafurika bapfungiwe mu makambi atandukanye yo muri Libiya. Amnesty International yagiriza Reta y' Uburundi guhohotera abatavuga rumwe nayo. Hamas iri mu biganiro n’abahuza mu ntambara ya Isirayeri.