Iwanyu mu ntara
Your browser doesn’t support HTML5
Prezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye yavanye abakozi b'ibisata vyose vya reta mu biro abarungika gukora isuku mu mabarabara. Prezida w'uRwanda yaraye arahiriye manda ya kane. Abahitanywe n'umurundo w'umwavu muri Uganda barenze 20.