Amwe mu Mafoto y'Amatora y'u Rwanda
Prezida w'u Rwanda Paul Kagame ahejeje gutora. We n'umuryango wiwe, batoreye ku kigo c'ishure ca SOS, kiri mu murenge wa Kinyinya mu karere ka Gasabo. Kagame ni umukandida wa FPR Inkotanyi.
Prezida w'u Rwanda Paul Kagame ariko aratora.
Franck Habineza, umukandida w'umugambwe wiyemeje gukingira ibidukikije, Green Party. Yatoreye i Kimironko mu karere ka Gasabo.
Mpayimana Philippe
Bamwe mu banyagihugu batonze imirongo barindiriye gutora.
Umwe mu banyagihugu amaze gutora.
Umwe mu bahagarariye amatora, ariko asigurira umunyagihugu ingene atora.
Bamwe mu bari bahagarariye amatora.
Umwe mu bapfasoni ari mu bari bajejwe gushariza aho abanyagihugu batorera aruhutse.
Umwe mu bapfasoni bari bajejwe gushariza aho abanyagihugu batorera.
Umwe mu bari bajejwe gushariza aho abanyagihugu batorera.
Umupfasoni ariko ashariza aho abanyagihugu batorera.
Bamwe mu bajejwe gushariza aho abanyagihugu batorera.
Ku munsi wa Mungu, ni ho Abanyarwanda batora. Muri Amerika muri rusangi, ibiro vy'amatora vyari 17, harimwo ivyari ku murwa mukuru wa Amerika, Washingto, DC, ahari ubuserukizi bw'u Rwanda. Kuri ino foto, iyo nzu ni yo irimwo Ambasade y'u Rwanda. Iryo bendera, ni iriri ku bwinjiriro ryayo.
Bamwe mu banyarwanda batoreye muri Ambasade y'u Rwanda i Washington DC
Bamwe mu banyarwanda batoreye muri Ambasade y'u Rwanda i Washington DC.
Bamwe mu bacungereye amatora mu karere ka Rubavu kari mu Burengerezuba bw'u Rwanda
Bamwe mu banyagihugu batoreye mu karere ka Rubavu kari mu Burengerazuba bw'u Rwanda