Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Muri Murisanga y'uno munsi, tuganira ku mwitwarariko urenze urugero. Abahinga bavuga ko iki kibazo gishobora gusinzikaza amagara y’abantu haba ku mubiri, mu mutima, canke mu bwenge. Umuhinga yabinonosoye aratanga umuco kuri iki kibazo.