Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Kugira amagara meza ku bageze muza bukuru bisaba iki? Mu kiganiro Murisanga, turaganira n’umwe mu barongoye ishirahamwe FASPAO rikwirikiranira hafi abageze mu zabukuru, akenshi batifise kandi badafise imiryango ibitaho.