Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida w’Uburundi Evariste Ndayishimiye yaraye asozereye amasengesho y’iminsi itatu yo gushimira Imana ku myaka ine amaze ku butegetsi. Ibikorwa byo kwiyamariza umwanya w’umukuru w’igihugu mu Rwanda vyaratanguye. Ingabo za Kenya zizoja kugarukana amahoro muri Hayiti zizogenda ku munsi wa kabiri