Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, Prezida Evariste Ndayishimiye yashize ku mugaragaro imirwi y’abantu avuga ko "bari inyuma y’ikena ry’igitoro". Abayisilamu baguye mu rugendo rweranda rwo muri Arabiya Sawudite bageze ku 1000. Prezida Ruto wa kenya agiye gukorana ibiganiro n’urwaruka rumaze iminsi mu myiyerekano.