Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Ishirahamwe rya bamwe mu banyarwanda baba muri Canada ryarakoresheje ikiganiro-mpaka ku myaka 30 iheze Jenoside yo mu Rwanda ibaye.Intagondwa ziyitirira idini rya Isilamu zigamvye igitero coba cahitanye abasirikare ba Burkina Faso 107.Umugambwe wa Jacob Zuma waraye wemeye kuja mu nama nshingamateka.