Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku vyo umukinyi kirangiranwa w’umupira w’amaguru akina mu murwi Paris Saint-Germain, Kylian Mbappe, yatangaje icese mu ndwi irangiye ko azosezera ekipe yiwe yahora akinira igihe amasezerano yagiranye nayo azorangira muri iki gihe c’isi.