Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Irlande yemeza ko amasezerano y'u Rwanda n'Ubwongereza ariko atuma abimukira binjira ku butaka bwayo baba benshi. U Rwanda ruhakana ivyagiriji vya DRC muri Dosiye y'amabuye y'agaciro Apple ya Amerika ikoresha. RSF na CPJ batabariza Umumenyeshamakuru Muhoza w'Umurundikazi.