Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro Murisanga turagaruka ku makuba yashikiye abubatse ku nkengera y’ikiyaga Tanganyika mu Burundi. Abo barimo abo mu Kibega, Gatumba, Rumonge n'ahandi batewe n’imyuzure yahitanye ubuzima bw’abantu ikonona n'amazu atari make.