Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, abashinzwe umutekano kuri uyu wa mbere bakuye ibisasu bine bya gerenade mu cumba c'ibikoresho ca REGIDESO. Impunzi z’Abakongomani mu Rwanda zakoze imyigaragambyo. Urukiko rw’ikirenga rw'Amerika, rwanzuye ko Perezida Donald Trump azaguma ku rupapuro rw'itora muri Leta ya Colorado.