Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, uruhara rw’abakenyezi mu buzima bwa misi yose rurabandanya kwiyongera mu nzego zitandukanye no mu mabanga atandukanye y’igihugu. Yamara bamwe mu bapfasoni baharanira inyungu za bagenzi babo, bavuga ko intambwe ikiri ndende. Turabigarukako muri Murisanga y'uno munsi.