Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Intambara y’Uburusiya kuri Ukraine yujuje imyaka ibiri: yatangiye kw’itariki ya 24 y’ukwa kabiri 2022. Ubu igeze he? Ese Uburusiya bwageze ku ntego yabwo? Imaze kugira izihe ngaruka kw’isi, muri Afrika, by’umwihariko Afrika y’Ibiyaga Bigali? Ni vyo tugarukako muri Murisanga y'uno munsi.