Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Muri Murisanga tugiye kuvuga ku buhinga abaganga babinonosoye bakoresha mu gufasha abantu gusubira gufatanya ibice vy’umubiri, guhindura umubiri canke kuwugorora.Mbega ivyo bikenerwa ryari? Bikenerwa cane cane iyo abantu bashaka gusa neza gusumba n’ibindi vyinshi.