Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Inyuma y’ingingo ya reta y’Uburundi yo kugara imipaka ibuhuza n’u Rwanda, bamwe mu banyagihugu bemeza ko ari bo bahahombera. Ibikorwa vyo gutahukana ingabo za ONU zimaze imyaka muri Kongo vyatanguye. Muri Tayiwane, Lai Ching-te, yegukanye intsinzi mu matora ya prezida.