Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida w'Uburusiya, Vladimir Putin, yatangaje ko igihugu ciwe kizokongereza ibitero vyaco mu bibanza vya gisirikare muri Ukraine. Kenya yafashe abantu babiri bakekwa ku vyerekeye urupfu rw’umunonotsi rurangiranwa w’umuganda, Benjamin Kiplagat. Turakira n'intashyo zanyu z'Ubunane.