Abarundi Bahungiye i Burayi Bavuga ko Bageramiwe n'Impfu Zidasiguritse

Bamwe mu Barundi baba ku mugabane wa Buraya cane cane abahunze, batewe impungenge n’iyicwa canke impfu z’abarundi benewabo zidasiguritse cane cane mu Bubiligi no mu Buholande.

Urwa vuba ni urwahitanye umukenyezi w’umurundikazi mu Bubiligi ku munsi wa kabiri w’iyi ndwi.

Igipolisi co mu Bubiligi kivuga ko yatowe ikiziga mu rugo rw’uwundi murundi. Abaye uwugira 3 mu Kirungo c’amezi atatu aheze.

Umumenyeshamakuru Pierre Claver Niyonkuru ari mu Buholande ashikiriza ido n’ido muri ino nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Abarundi Bahungiye i Buraya Baravuga ko Impfu Zidasiguritse Zigeramiye Ababo