Mu Burundi, urwego rw'igihugu rujejwe kurwanya no gukumira jenoside n'ivyiyumviro vyayo rusaba Reta (ONPH) kwemeza ko ubwicanyi bwo muri 1972 bwahitanye Abahutu kurusha Abatutsi ari ihonyabwoko.
Jean de Dieu Mutabazi umukuru w’urwo rwego yibukije ku cyaha ca jenoside asigura ko Uburundi buri mu bihugu vyo mu karere k’ibiyaga binini vya Afrika vyasinye amasezerano yo kurwanya jenoside n’ivyiyumviro vyavyo no gushyiraho inzego z’igihugu zo gukumira ico caha.
Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Eloge Willy Kaneza abishikiriza ido n’ido muri ino nkuru:
Your browser doesn’t support HTML5