Burundi: Alain-Guillaume Bunyoni Yahanishijwe Gufungwa uwo Guherayo

Alain-Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji wa mbere

Sentare ntahinyuzwa y'Uburundi yahanishije Alain Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji wa mbere w'ico gihugu gufungwa uwo guherayo

Koloneri mu gipolisi Désiré Uwamahoro n'umukozi mukuru w'igendereza Samuel Destiné Bapfumukeko nabo baciriwe gufungwa imyaka 15.

Sentare kandi yategetse ko ubutunzi bwose bwa Bunyoni bufatwa bugashirwa minwe ya Reta.

Umumenyeshamakuru Eloge Willy Kaneza abishikiriza ido n'ido muri ino nkuru

Your browser doesn’t support HTML5

Sentare Ntahinyuzwa y'Uburundi Yahanishije Bunyoni Umunyororo wo Guherayo