Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro Murisanga c’uyu wa kane, turagaruka ku matora yabaye ejo ku musi wa gatatu muri Republika iharanira demokrasi ya Kongo. Abantu imiliyoni 44 ni bo bari bategerezwa gutora umukuru w’igihugu, abashingamateka bo ku rwego rw’igihugu, no ku rwego rw’intara, hamwe n’ayabajenama b’amakomine.