Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, abimuriwe mu kigwati cya Mutambara batewe n’amazi mu mazu yabo bugarijwe n’ibibazo vy’ubukene n'isuku rike. Perezida Abdel Fattah al-Sisi wa Misiri yatsindiye umwanya w’umukuru w’igihugu. Amahanga yongeye gusaba agahenge mu ntambara irimo kubera mu ntara ya Gaza.