Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Faustin Twagiramungu yigeze kuba umushikiranganji wa mbere w'u Rwanda yitavye Imana. Inyuma y’umwaka umwe umupaka wa Nemba-Gasenyi uhuza u Rwanda n’Uburundi ufunguye, abababa mu micungararo yawo bavuga ko bataremererwa gusubira guhanahana ibidandazwa nkuko vyahoze imbere ya 2015.