Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Muri ibi bihe vya vuba abantu batari bake mu karere, na cane cane mu Burundi bipfuza cane kumenya neza na neza icatumye uwiwabo yitaba Imana, biciye mumatohoza ahanitse (Autopsy). Mu kiganiro Murisanga mu kanya tugiye kwumva akamaro k'ico gisata mu buvuzi tubifashijwemwo n'umuhinga