Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Abagize Inteko ishinga amategeko y’umuryango w’Afurika y’iburasirazuba bateraniye mu Rwanda. Isirayeli na Hamas bageze ku musi wa kane w’amasezerano yo gushira ibirwanisho hasi. Muri Sierra Leone, reta yakuyeho umukwabu yari yashizeho kubera igitero cagabwe ku makambi y'igisirikare.