Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku ngingo ny’ibihugu vya Kenya n’u Rwanda yo gukuraho visa ku banyafrika bose bazogendera ivyo bihugu. Ni mu ntumbero yo kworohereza uruja n’uruza rw’abantu n’ibintu, cane cane abakiri bato ku mugabane wa Afrika.