Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Twabatumiriye Emelyne Shemezimana, Umumenyeshamakuru umwe rudende kandi wa mbere akoze uwo mwuga agendana ubumuga bwo kutabona mu Burundi. Emelyne w'imyaka 26, yize ivyo kumenyesha amakuru mu Rwanda. Muri iki kiganiro kiremeshejwe na Diane Nininahazwe, aradusangiza urugendo rwiwe n'imigambi yiwe.