Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Muri DRC, Ingabo za ONU zinjiye mu imirwano, ku ruhande rw’ingabo za Kongo, mu rugamba zihanganyemo na M23. Mu Burundi, urubanza rw'uwahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Uburundi, Alain Guillaume Bunyoni, rwatanguye kuburanishwa mu mizi. USA isaba agahengwe mu ntambara ya Hamas na Isirayeri.