Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Umurwi w'igihugu ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi CNIDH utewe impungenge n'umurengera w'ibitigiri vy'abanyororo mu mabohero atandukanye Umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Amerika n’ayandi makungu yatanguye urugnedo rwiwe rw’imisi umunani mu burasirazuba bwo hagati