Burundi: Reta Yagirije Bunyoni Gushaka Kugandagura Umukuru w'Igihugu

Alain Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji wa mbere apfungiye mw'ibohero rya Gitega

Ku ncuro ya mbere, uwuserukira Reta mu rubanza rw'uwahoze ari umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni, yavuze ko mu vyaha akwirikiranyweko harimwo ugushaka kugandagura umukuru w'igihugu.

Hari mu ntahe y'icese yo kuri uyu wa mbere igihe Jenerali Bunyoni yarengutswa ubwa kabiri imbere ya sentare ntahinyuzwa.

Nk’uko ku wa 28 ukwezi kw’icenda guheze, Bunyoni n’umushingwamanza wiwe basavye ko arekurwa akaburana yidegemvya, no kuri uyu wa mbere ni vyo basubiye kwipfuza.

Umviriza inkuru yose y’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Eloge Willy Kaneza.

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Bunyoni Yahoze ari Umushikiranganji wa Mbere Yagirizwa Gushaka Kwica Perezida