Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Perezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye avuga ko umugambi wo kurwanya ihona ry'amashamba witiriwe “Ewe Burundi Urambaye” ataco washitseko RDC: Impunzi z’abanyarwanda zivuga ko zikomeje guhura n’ingaruka mbi z’Ubuhunzi Afurika y’Epfo yasabye ONU Kohereza Ingabo mu ntara ya Gaza