Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro Murisanga, turavugana n’umwe mu rwaruka rw’Abarundi ku kibazo nkoramutima c’ubushomeri buhanze urwaruka rwarangije amashule kaminuza. Umutumire wacu yari amaze imyaka irenga indwi arangije kaminuza mu Burundi ariko ataronka akazi gashemeye.