Tanzaniya: Abigeme Baheba Ishuri mu Nkambi ya Nduta Baguma Biyongera

Abana biga mu mashuli abanza yo mu nkambi ya Nduta muri Tanzaniya

Ibitigiri vy’abigeme baheba ishuri hamwe n’abatwara inda z’ishushu bitera vyiyongera mu nkambi za Nduta na Nyarugusu. Hafi 108 baraheba amashuri buri mwaka, bamwe bamwe bagiriza abigisha babo ko aribo babateza inda batiteguriye.

Ivyo bitigiri bitngazwa nw’ishirahamwe Save the Children igisata kijejwe abanyeshuri mu nkambi ya Nduta, abageramiwe n’abiga mu mwaka wa kane kugera mu mwaka wa 14 bigatuma badashika ku kazoza kabo keza.

Umumenyeshamakuru James Jovin ari mu nkambi y'impunzi ya Nduta muri Tanzaniya abishikiriza ido n'ido muri ino nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Nduta: Ibitigiri vy'Abana Baheba Ishuri Bitera Vyiyongera Buri Mwaka