Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

RDC: Abaturage bo muri teritware ya Masisi bavuga ko kutagira ikarata nshasha yo gutora bibateye umutima uhagaze. Burundi: Leta yongereye icaha c'ugushaka kugandagura umukuru w'igihugu, ku rutonde rw’ivyuwahoze ari umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni Yagirizwa.