Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Muri Murisanga y'uno munsi, twabatumiriye Profeseri Pascal Niyonizigiye, Umuhinga mu bijanye n'imigenderanire hagati y'ibihugu, akaba na mwigisha kuri kaminuza y'Uburundi, kugira aduhe umuco ku ntambara ibandanya hagati ya Isirayeri n'umurwi Hamas wo muri Palestina.