Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Rimwe na rimwe birashika abaganga bakabwira umurwayi ko asigaje iminsi mike, amezi make canke imyaka mike yo kubaho. Ububabare uwubwiwe aya majambo agira akenshi bumutera kwihebura, umuryango nawo bikawunanira kwakira. Ni mu kiganiro Murisanga c'uno munsi.