Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku ngingo iherutse gufatwa yo kwemerera icese umuryango w’ubumwe bwa Afrika mu murwi G-20 w’ibihugu 20 biteye imbere kurusha ibindi kw’isi mu vyerekeye ubutunzi. Ukwemererwa kw’umuryango w’Ubumwe bwa Afrika mu murwi G-20 bivuze iki kuri Afrika?